notícias musicais

top 13 artistas

top 13 musicas

Confira a Letra Hino de Burundi

Hinos de Países

Hino de Burundi

Burundi Bwacu, Burundi buhire
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo
Warapfunywe ntiwapfuye

arahabishijwe ntiwahababuka
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira
Komerwamashyi n'amakungu
Habwa impundu nabawe
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga

urundi bwacu, ragi ry'abasokuru
Ramutswa intahe n'ibihugu
Ufatanije ishyaka n'ubu hizi
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza

urundi bwacu, nkoramutima kuri twe se
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire
Horana umwami n'abagabo n'itekane
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza

Tracker